TKTC

Ushobora gufatanya natwe mukwitezimbere.

Ingurube, n’igitungwa ciza kigirisuku nubwo abantu bibaza ko ingurube itagir’isuku. Ingurube zirubwoko bwishi, ukwamoko yazo ari zitegerezwa kwitabwaho, isuku, ubuvuzi, kuzigaburira. Ingurube iyo yarose ivyovyose ishobora kuguha inyungu vuba. Ingurube nziza wafashe neza ishobora kuguha ibibuguru 15 kumwaka. Ingurube wafashe neza ukagaburira neza mukiringo c’umwaka ishobora gupima hagati ya Kg 80 - 110. Ingurube ipima ivyobiro ishobora kugugwa amarundi hagati ya 550,000 na 900,000

Read More  

Inkoko igizwe n’ibice (3) ( 1. Igi / irigi )… ( 2. umuswi )… ( 3. inkoko ikuze )……Amagi nayo arubwoko bubiri (2)…. Haramagi avamwimiswi, hakaba namagi yoguteka cangwa gukoramwo ibindi bitandukanye. Amagi yoguteka ntibisaba inkokokazi kubonana n’isake. Mugihe amagi avamwo imiswi, bisaba inkokokazi kubonana n’isake. Kubworozi buteyimbere, amagi ashobora kuraririzwa nivyuma, inyuma y’imisi 21 imiswi ikaba irabonetse. Wibuke, inkoko iguha inyungu kumagi, imiswi, nayubwayo.

Read More  

Ikirimwa citwa umuceri, nikirimwa gitunze benshi ahariho hose kw’isi, nigitegwa kiboneka ahugeze hose kumubumbe. Umuceri uragoye kurima twese turabizi, ariko kandi urimwa nabataribake. Umuceri n’igitegwa gisaba umutahe munini kugira wimbure umwimbu mwishi. Hamwe nizinyigisho ngaha kurururubuga, uzomenya vyishi kubijanye nikirimwa c’umuceri, ushobora kutwandikira kuri email canke terefone vyose biri kurururubuga, turimira Tanzania ikirimwa c’umuceri.

Read More  

Ibigori igitegwa kizunguruka isi mugihe gito, uwutabidya vyokeje, arabiteka uwutabiteka arabikobora akabidya bitece, uwutabigenjuko abikoramwifu akady’ubugari bwavyo, ibigori kandi bigaburigwa ibitungwa, ibigori bikogwamwo amavuta, ntahantu wokoza ukuboko ngo ntukore kukigori. Biroroshe kurima vyera ningoga kandi ntibisaba umutahe munini. Kubwivyo niyompanvu natwe tutibagiye kurima ibigori muri Tanzania. Kurururubuga uzohigira vyishi kukitegwa c’ibigori.

Read More  

IBICIRO UKO BIRUTANWA

Tudandaza ibibuguru bikwije amezi 2 na 5 Amezi 2 = Fb 80,000 Amezi 3 = Fb 120,000 Amezi 4 = Fb 200,000 Amezi 5 = Fb 250,000 Izisigaye zose zipimwa kubiro (kg) 1kg = Fb 8,5000 Kuriwewe witwa umuyangayanzi, dushobora kugirana amasezerano yokuguha ingurube burimusi cangwa mur’indwi

KUBAYANGAYANZI

Inkurunziza Dushobora kugirana amasezerano, tukaza turakubagira ingurube Tukunvikana amahera utanga kukiro. Kubwivyo ntaruhombo rukibaho kumuyangayanzi. Kaze dukorane twese mubworozi inyungu kuri twese.

SHORA AMAHERA MUBWOROZI

Inkurunziza Ushobora gushora amahera yawe mubworozi bwacu ( TKTC ) Ushobora gutanga amahera guhera Fb 200,000 akzarunguka burikwezi Ariko inyungu yayo uyironga mukiringo camezi 12 (umwaka) Burimahera yose ushoyemwo guhera kubihumbi 200,000 yunguka ibice 6% burikwzi Wewe ntiwigera uhomba nubwo twebwe twoba twahonvye.

kubworozi
Ubworozi n'umwuga udasaba uwuwukora kuba afise uburambe mukazi canke urupapuro gw'umucindo ugwarigwo gwose. Haringingo ubworozi bwibandaho kugira ushike ahowipfuza. 1. N'uko utegerezwa kumenya ko burigitungwa gikeneye isuku rihagije. 2. Utegerezwa kumenya ko igitungwa gikeneye ivyogifungura kugihe kandi vyujuje vitamine ibikenewe. 3. Utegerezwa kumenya ko igitungwa gikenera kuvuzwa, gukingigwa, umutekano, nokwitabwaho, bihagije.

Ibitungwa birakenera abantu kugirango bibone umutekano, ariko kandi abantu natwe dukenera ibitungwa kugirango tubone amafunguro akomoka kubitungwa.
Nimba harikibazo wogira kubworozi bwawe, dushobora kugufasha mugihe uhamagaye cangwa ukatwandikira kuri terefone ziraho musi.

*
*
Inkuru nziza kubayangayanzi

1. Ushobora gushira amahera yawe mubworozi bwacu 2. Ushobora korora ibitungwa uguze iwacu 3. Ushobora kurimana natwe muburimyi bwacu 4. Ushobora gusaba ingurane nimba urumukozi wacu

Read More  
Sh 10000

Donation Amount

- Turagura ingurube kubazoroye Zara arinto canke zikuze, ibiciro biraganigwaho.

- Turagurisha ingurube ntoya n'izikuze, kubashaka korora turakorana neza atakibazo

- Turagurisha kandi ingurube zikwije imyaka 2 kuduga kubayangayanzi ( ibiciro ni kg )

- Dutanga akazi kubakarondera, iyo haribibanza vyuguruye turamenyasha abantu, biciye kubakozi bacu.

- Turakira abipfuza gushira amahera yabo mubworozi bwacu tukabungukira burikwezi, kumakuru meshi twandikire canke uduhamagare.

- Turadandaza amavuta bakoramwo amasabuni ava mumise, uyakeneye tuvugishe Umenye vyishi.

- Turadandaza kandi umwavu ubawabonetse kumwanda w'ingurube.

nimba harico twogufasha, muribi hamagara canke utwandikire kuri email kwizeratherence702@gmail.com . Numero ziri hejuru.

Fyonda ahohejuru ahandice ( fomu / forms ) canke aho musi ahandice ati ( read more ) ucagure fomu ushaka kuzuza, ube ufise password.

Read More